Ghanaclasic.com
Fabrice & Maya Nzeyimana – Muremyi W’Isi Lyrics
Fabrice & Maya Nzeyimana – Muremyi W’Isi Lyrics Mbega mvuge iki ndeke iki Ko nakunzwe bihebuje Mbega Mwami noguha iki Ku rukundo wanyituje Ivy’ukora biransiga Ehe nuzuye ibitwenge Akira indirimbo yanje Indirimbo y’urukundo Mwami simfise amajambo novuga Ingo mumutima wanje wakire Amashimwe Wambaye amahwa ku mutwe Unyambika ikanzu yera Wakubiswe inkoni nyinshi Nanje nkira indwara …
The post Fabrice & Maya Nzeyimana – Muremyi W’Isi Lyrics appeared first on Ghanaclasic.com.